jeudi 5 janvier 2017

Riyad MAHREZ NIWE MUKINNYI WUMUHANGA MURI AFRIKA




Uyu mukinnyi yahawe igihembo mu muhango waraye ubereye muri Nigeria. Asanzwe akinira Algeria na Leicester city yo mu Bwongereza yanaheje igikombe cya shampiyona. Akaba asanze ibindi bihangange byegukanye iri kamba ritangwa kuva mu 1992 aribyo:
1992 Abedi AYEW PELE (Ghana)
1993 Rashidi YEKINI (Nigeria)
1994 Emmanuel AMUNIKE (Nigeria)
1995 George WEAH (Liberia)
1996 Nwankwo KANU (Nigeria)
1997 Victor IKPEBA (Nigeria)
1998 Mustapha HADJI (Morocco)
1999 Nwankwo KANU (Nigeria)
2000 Patrick MBOMA (Cameroon)
2001 El-Hadji DIOUF (Senegal)
2002 El Hadji DIOUF (Senegal)
2003 Samuel ETO'O (Cameroon)
2004 Samuel ETO'O (Cameroon)
2005 Samuel ETO'O (Cameroon)
2006 Didier DROGBA (Côte d’Ivoire)
2007 Frederic KANOUTE (Mali)
2008 Emmanuel ADEBAYOR (Togo)
2009 Didier DROGBA (Côte d’Ivoire)
2010 Samuel ETO'O (Cameroon)
2011 Yaya TOURE (Côte d’Ivoire)
2012 Yaya TOURE (Côte d’Ivoire)
2013 Yaya TOURE (Côte d’Ivoire)
2014 Yaya TOURE (Côte d’Ivoire)
2015 Pierre-Emerick AUBAMEYANG (Gabon)
----
Dore rero uko ibihembo binyuranye byatanzwe:
Umukinnyi w'umwaka w'umunyafrika 2016
1. Riyad MAHREZ (Algeria & Leicester City) – 361 votes
2. Pierre-Emerick AUBAMEYANG (Gabon & Borussia Dortmund) – 313 votes
3. Sadio MANE (Senegal & Liverpool) – 186 votes

Umukinnyi w'umwaka w'umunyafrika ukina muri Afrika
1. Denis ONYANGO (Uganda & Mamelodi Sundowns) – 252 votes
2. Khama BILLIAT (Zimbabwe & Mamelodi Sundowns) – 228 votes
3. Rainford KALABA (Zambia & TP Mazembe) – 206 votes

Umugore warushije abandi muri ruhago nyafrika 2016
Asisat OSHOALA (Nigeria & Arsenal Ladies)

Umukinnyi muto utanga ikizere kurusha abandi
Kelechi IHEANACHO (Nigeria & Manchester City)

Umukinnyi muto urusha abandi
Alex IWOBI (Nigeria and Arsenal)

 Umutoza w'umwaka
Pitso MOSIMANE (Mamelodi Sundowns)

 Ikipe Club y'umwaka
Mamelodi Sundowns

 Ikipe y'igihugu y'umwaka
Uganda

Ikipe y'igihugu y'umwaka mu bagore
Nigeria

Umusifuzi w'umwaka
Bakary Papa GASSAMA (Gambia)    

Umuyobozi mu bya football w'umwaka:
Manuel LOPES NASCIMENTO, perezida wa Guinea Bissau Football Federation

Igihembo cy'abakanyujijeho:
Laurent POKOU - wahoze akinira Cote d’Ivoire
Emilienne MBANGO - wakiniraga Cameroon

Igihembo cy'imena:
His Excellency Muhammadu Buhari, President wa Federal Republic of Nigeria

Intoranywa 11 z'afrika 2016
Umuzamu: Denis ONYANGO (Uganda & Mamelodi Sundowns)
Ba myugariro: Serge AURIER (Cote d’Ivoire & Paris Saint-Germain), Aymen ABDENNOUR (Tunisia & Valencia), Eric BAILLY (Cote d’Ivoire & Manchester United), Joyce LOMALISA (DR Congo & AS Vita)
Hagati: Khama BILLIAT (Zimbabwe & Mamelodi Sundowns), Rainford KALABA (Zambia & TP Mazembe), Keegan DOLLY (South Africa & Mamelodi Sundowns),
Abasatirizi: Pierre-Emerick AUBAMEYANG (Gabon & Borussia Dortmund), Sadio MANE (Senegal & Liverpool), Riyad MAHREZ (Algeria & Leicester City)

Abasimbura:
Aymen MATHLOUTHI (Tunisia & Etoile du Sahel), Kalidou KOULIBALY (Senegal & Napoli), Salif COULIBALY (Mali & TP Mazembe), Islam SLIMANI (Algeria & Leicester City), Mohamed Salah (Egypt & Roma), Kelechi IHEANACHO (Nigeria & Manchester City), Alex IWOBI (Nigeria and Arsenal)

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire