dimanche 15 janvier 2017

Man city ntizatwara igikombe uyu mwaka



Ayo ni amagambo y'umutoza Guardiola yatangaje nyuma yo kunyagirwa na Everton 4-0. Niyo ntsinzwi iremereye ahuye nayo kuva yatangira akazi k'ubutoza. Ubu igisigaye ngo ni uguhatanira kuza muri 4 za mbere. Dore ko azakurikizaho ikipe ya Tothenham imaze gutsinda imikino 6 yikurikiranya muri shampiyona y'abongereza.
Mu wundi mukino ukomeye ikipe ya Liverpool yanganije na Manchester united 1-1. Mourinho yavuze ko yizeye enza kuzaza muri 4 za mbere dore ko ikipe idaheruka gutsindwa muri shampiyona kuva ku mwezi kwa 10 umwaka ushize nubwo ari iya 6 ku rutonde. Umutoza wa Liverpool we yanenze ibyo yise imikinire yo mu kirere ya manchester united. Andi makipe akomeye nka Arsenal, Tothenham, chelsea zaratsinze mu iyi weekend. Chelsea ikaba irusha amanota 7 iziyigwa mu ntege Tothenham na Liverpool.

1

Chelsea21171345153052
2Tottenham Hotspur21136243142945
3Liverpool21136249242545
4Arsenal21135348222644
5Manchester City21133541261542
6Manchester United21117332201240
7Everton219663223933
8West Bromwich Albion218582828029
9Stoke City217682733-627
10Burnley2182112331-826
11AFC Bournemouth2174103037-725
12West Ham United2174102635-925
13Southampton216691926-724
14Watford2165102336-1323
15Leicester City2156102434-1021
16Middlesbrough214891722-520
17Crystal Palace2144133040-1016
18Hull City2144132045-2516
19Sunderland2143142040-2015
20Swansea City2143142349-2615

Aucun commentaire:

Enregistrer un commentaire